Abanyefeso 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 yuko biciye ku guhishurirwa ari ho namenyeshejwe ibanga ryeranda+, nk’uko navyanditse muri make imbere y’aha. Abanyefeso 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 ari ryo ry’uko abanyamahanga bobaye ba samuragwa mu bandi bakaba n’ibihimba bisangiye umubiri+ be n’abasangira natwe wa muhango+ mu bumwe na Kristu Yezu biciye ku nkuru nziza.
3 yuko biciye ku guhishurirwa ari ho namenyeshejwe ibanga ryeranda+, nk’uko navyanditse muri make imbere y’aha.
6 ari ryo ry’uko abanyamahanga bobaye ba samuragwa mu bandi bakaba n’ibihimba bisangiye umubiri+ be n’abasangira natwe wa muhango+ mu bumwe na Kristu Yezu biciye ku nkuru nziza.