Imigani 23:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Umviriza so yakuvyaye+, kandi ntusuzugure nyoko wawe ngo ni uko gusa ashaje+.