Luka 10:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Nuko aramwegera, atubika ibikomere vyiwe, abisukako amavuta n’umuvinyu+. Maze amwuriza ku gitungwa ciwe bwite, amujana ku ndaro y’abahita, aramubungabunga. 1 Timoteyo 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Abakozi b’ishengero*+ na bo nyene bakwiye kuba abadafyina, badafise indimi zibiri, badatwarwa umutima n’umuvinyu mwinshi, batanohokera inyungu mbi+,
34 Nuko aramwegera, atubika ibikomere vyiwe, abisukako amavuta n’umuvinyu+. Maze amwuriza ku gitungwa ciwe bwite, amujana ku ndaro y’abahita, aramubungabunga.
8 Abakozi b’ishengero*+ na bo nyene bakwiye kuba abadafyina, badafise indimi zibiri, badatwarwa umutima n’umuvinyu mwinshi, batanohokera inyungu mbi+,