Abaheburayo 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 yamubaye hatisunzwe itegeko ry’ibwirizwa rijanye n’umubiri+, ahubwo hisunzwe ububasha bw’ubuzima budashobora gusamburwa+, Abaheburayo 7:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kubera ico, arashoboye no gukiza rwose abariko baregera Imana biciye kuri we, kuko yama ari muzima kugira atakambe ku bwabo+.
16 yamubaye hatisunzwe itegeko ry’ibwirizwa rijanye n’umubiri+, ahubwo hisunzwe ububasha bw’ubuzima budashobora gusamburwa+,
25 Kubera ico, arashoboye no gukiza rwose abariko baregera Imana biciye kuri we, kuko yama ari muzima kugira atakambe ku bwabo+.