Matayo 25:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Maze abagororotsi bazomwishura bati: ‘Mukama, ni ryari twakubonye ushonje tukakugaburira, canke unyotewe+ tukaguha ico unywa+? Yohani 14:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Hasigaye igihe gito isi ntisubire kumbona+, mugabo mwebwe muzombona+, kuko ndiho namwe mukazobaho+. 1 Petero 3:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Erega, na Kristu yapfuye rimwe rizima kubera ibicumuro+, umuntu w’umugororotsi apfira abatari abagororotsi+ kugira ngo abajane ku Mana+, yicwa mu mubiri+ mugabo agirwa muzima mu mpwemu+.
37 Maze abagororotsi bazomwishura bati: ‘Mukama, ni ryari twakubonye ushonje tukakugaburira, canke unyotewe+ tukaguha ico unywa+?
19 Hasigaye igihe gito isi ntisubire kumbona+, mugabo mwebwe muzombona+, kuko ndiho namwe mukazobaho+.
18 Erega, na Kristu yapfuye rimwe rizima kubera ibicumuro+, umuntu w’umugororotsi apfira abatari abagororotsi+ kugira ngo abajane ku Mana+, yicwa mu mubiri+ mugabo agirwa muzima mu mpwemu+.