-
Abaroma 5:15Bibiliya y’isi nshasha
-
-
15 Mugabo ivya ya ngabirano ntibimeze nk’uko vyari kuri rya kosa. Kuko nimba benshi barapfuye biciye kw’ikosa ry’umuntu umwe, ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana be n’ingabirano ya gusa yayo hamwe n’ubuntu ata wari abukwiriye buboneka biciye kuri wa muntu umwe+ Yezu Kristu bwararushirije kugwira kuri benshi+.
-