Luka 24:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Kandi, ehe ngira ndungike kuri mwebwe icasezeranywe na Dawe. Mugabo mwebwe, mugume mu gisagara gushika mwambitswe ububasha buvuye iyo hejuru+.” Ivyakozwe 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 mugabo muzoronka ububasha+ impwemu nyeranda niyabazako, kandi muzombera ivyabona+ i Yeruzalemu+ n’i Yudaya hose n’i Samariya+, no gushika mu karere ka kure rwose k’isi+.” 1 Abakorinto 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko ijambo ryerekeye igiti co kubabarizwako ari ubupfu+ ku bariko baratikira+, mugabo kuri twebwe abariko barakizwa+, ni ububasha bw’Imana+.
49 Kandi, ehe ngira ndungike kuri mwebwe icasezeranywe na Dawe. Mugabo mwebwe, mugume mu gisagara gushika mwambitswe ububasha buvuye iyo hejuru+.”
8 mugabo muzoronka ububasha+ impwemu nyeranda niyabazako, kandi muzombera ivyabona+ i Yeruzalemu+ n’i Yudaya hose n’i Samariya+, no gushika mu karere ka kure rwose k’isi+.”
18 Kuko ijambo ryerekeye igiti co kubabarizwako ari ubupfu+ ku bariko baratikira+, mugabo kuri twebwe abariko barakizwa+, ni ububasha bw’Imana+.