Abaroma 12:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ntimunebwe ku bikorwa vyanyu+. Mururumbe impwemu+. Mushumbire Yehova+. Yakobo 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Jewe Yakobo+, umushumba+ w’Imana n’uw’Umukama Yezu Kristu, ndandikiye mwebwe miryango cumi n’ibiri+ yasabagiye+: Ndabaramukije!
1 Jewe Yakobo+, umushumba+ w’Imana n’uw’Umukama Yezu Kristu, ndandikiye mwebwe miryango cumi n’ibiri+ yasabagiye+: Ndabaramukije!