Imigani 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ikinebwe kiripfuza mugabo nta co gifise+. Ariko abanyamwete bazodoheshwa+.