Abakolosayi 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 kugira ngo mugende nk’uko bibereye+ Yehova+ ngo mumushimishe bimwe bishitse, uko mubandanya kwama ivyamwa mu gikorwa ciza cose+ no kugwira mu bumenyi butagira amakosa+ bw’Imana, 2 Petero 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuko nimba ivyo bintu biriho muri mwebwe kandi bigasesekara, bizobabuza kuba abantu badakora canke barumvye+ ku bijanye n’ubumenyi butagira amakosa bwerekeye Umukama wacu Yezu Kristu.
10 kugira ngo mugende nk’uko bibereye+ Yehova+ ngo mumushimishe bimwe bishitse, uko mubandanya kwama ivyamwa mu gikorwa ciza cose+ no kugwira mu bumenyi butagira amakosa+ bw’Imana,
8 Kuko nimba ivyo bintu biriho muri mwebwe kandi bigasesekara, bizobabuza kuba abantu badakora canke barumvye+ ku bijanye n’ubumenyi butagira amakosa bwerekeye Umukama wacu Yezu Kristu.