2 Vyongeye, abafise ba shebuja bemera+ ntibabagaye+ ngo ni uko ari bene wacu+. Ahubwo riho, nibarushirize kuba abashumba, kuko abungukira ku gikorwa ciza cabo ari abemera n’abakundwa.
Ugume wigisha ivyo bintu+ wongera ushikiriza aya majambo yo guhimiriza.