2 Abakorinto 8:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mugabo nimba hari ikibazo na kimwe ku vyerekeye Tito, ni uwufatanije nanje akaba n’umukozi mugenzanje+ ku bw’inyungu zanyu; canke nimba ari ku vyerekeye bene wacu, ni intumwa z’amashengero bakaba n’ubuninahazwa bwa Kristu.
23 Mugabo nimba hari ikibazo na kimwe ku vyerekeye Tito, ni uwufatanije nanje akaba n’umukozi mugenzanje+ ku bw’inyungu zanyu; canke nimba ari ku vyerekeye bene wacu, ni intumwa z’amashengero bakaba n’ubuninahazwa bwa Kristu.