Abakolosayi 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ivyo ni vyo mwamenyeye kuri Epafura+ umushumba mugenzi wacu mukundwa, akaba ari umusuku w’umwizigirwa wa Kristu mu kibanza cacu, Abakolosayi 4:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Epafura+ umwe ava iwanyu, akaba ari umushumba wa Kristu Yezu, arabaramutsa; yama yihata ku bwanyu mu masengesho yiwe, kugira ngo amaherezo muhagarare mukwiye+ kandi mufise ukujijuka gushikamye mu kugomba kw’Imana kwose.
7 Ivyo ni vyo mwamenyeye kuri Epafura+ umushumba mugenzi wacu mukundwa, akaba ari umusuku w’umwizigirwa wa Kristu mu kibanza cacu,
12 Epafura+ umwe ava iwanyu, akaba ari umushumba wa Kristu Yezu, arabaramutsa; yama yihata ku bwanyu mu masengesho yiwe, kugira ngo amaherezo muhagarare mukwiye+ kandi mufise ukujijuka gushikamye mu kugomba kw’Imana kwose.