Guharura 14:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 ntibazokwigera babona igihugu narahiye ba se, emwe, abatanyubaha bose ntibazokibona+.