ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 26:64
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 64 Mugabo muri abo nta mugabo yarimwo wo mu banditswe na Musa na Aroni umuherezi igihe bandika bene Isirayeli mu gahinga ka Sinayi+.

  • Guharura 32:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 ‘Abagabo baduze bavuye mu Misiri, kuva ku myaka mirongo ibiri kuduga+, ntibazobona ubutaka narahiye Aburahamu na Izahaki na Yakobo+, kuko batankurikiye n’umutima wose,

  • Gusubira mu vyagezwe 1:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 ‘Nta n’umwe muri aba bagabo b’iri yaruka ribi azogenda abonye ca gihugu ciza narahira ko nzoha ba so+,

  • Zaburi 95:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ni bo narahiye mw’ishavu ryanje+ nti:

      “Ntibazokwinjira ahantu hanje h’ukuruhukira+.”

  • Zaburi 106:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Nuko aduza ukuboko kwiwe ararahira ku biberekeye+,

      Yuko yobatsinze mu gahinga+,

  • Abaheburayo 3:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Mugabo ni bande yarahiye+ yuko batokwinjiye mu karuhuko kayo atari bamwe bagambarara+?

  • Abaheburayo 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kuko twebwe abizeye twinjira koko muri nya karuhuko, nk’uko yavuze iti: “Nararahiye+ rero mw’ishavu ryanje nti: ‘Ntibazokwinjira+ mu karuhuko kanje+,’” naho ibikorwa vyayo vyarangijwe+ kuva kw’ishingwa ry’isi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika