Guharura 14:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 ntibazokwigera babona igihugu narahiye ba se, emwe, abatanyubaha bose ntibazokibona+. Gusubira mu vyagezwe 1:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 ‘Nta n’umwe muri aba bagabo b’iri yaruka ribi azogenda abonye ca gihugu ciza narahira ko nzoha ba so+,
35 ‘Nta n’umwe muri aba bagabo b’iri yaruka ribi azogenda abonye ca gihugu ciza narahira ko nzoha ba so+,