Yohani 17:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Data, ku co wampaye, nshaka yuko aho ndi, na bo haba ari ho baba kumwe nanje+, kugira ngo babone ubuninahazwa bwanje wampaye, kubera ko wankunze imbere y’ishingwa+ ry’isi+. Abanyefeso 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 nk’uko nyene yadutoye+ mu bumwe na we imbere y’ishingwa+ ry’isi, kugira ngo tube beranda, tutagira ikirabagu+ imbere yayo mu rukundo+.
24 Data, ku co wampaye, nshaka yuko aho ndi, na bo haba ari ho baba kumwe nanje+, kugira ngo babone ubuninahazwa bwanje wampaye, kubera ko wankunze imbere y’ishingwa+ ry’isi+.
4 nk’uko nyene yadutoye+ mu bumwe na we imbere y’ishingwa+ ry’isi, kugira ngo tube beranda, tutagira ikirabagu+ imbere yayo mu rukundo+.