Abanyefeso 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 hejuru cane y’intwaro zose n’ububasha bwose n’ubushobozi bwose n’ubutware bwose+ n’amazina yose avugwa+, atari muri iki gihe*+ gusa, ariko no mu kizoza+. 1 Petero 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Uyo ari iburyo bw’Imana+, kuko yigiriye mw’ijuru; kandi abamarayika+ n’ubukuru n’ububasha yarabihawe ngo abiganze+.
21 hejuru cane y’intwaro zose n’ububasha bwose n’ubushobozi bwose n’ubutware bwose+ n’amazina yose avugwa+, atari muri iki gihe*+ gusa, ariko no mu kizoza+.
22 Uyo ari iburyo bw’Imana+, kuko yigiriye mw’ijuru; kandi abamarayika+ n’ubukuru n’ububasha yarabihawe ngo abiganze+.