3 Nuko Imana ihezagira umusi ugira indwi, iwugira mweranda, kuko kuri wo iruhutse igikorwa cayo cose co kurema yakoze, ico yari ifise intumbero yo gukora+.
11 Kuko mu misi itandatu Yehova yakoze amajuru n’isi n’ikiyaga be n’ikintu cose kiri muri vyo+, hanyuma agatangura kuruhuka ku musi ugira indwi+. Ni co gituma Yehova yahezagiye umusi w’isabato, akawugira mweranda+.