2 Petero 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 akavuga ivy’ivyo bintu nk’uko kandi agira mu makete yiwe yose. Ariko muri yo, harimwo ibintu bimwebimwe bigoye gutegera, ivyo abatigishijwe kandi badashikamye bagoramika, nk’uko bagira n’ibindi Vyanditswe+, bikabaviramwo ugutikizwa kwabo bwite.
16 akavuga ivy’ivyo bintu nk’uko kandi agira mu makete yiwe yose. Ariko muri yo, harimwo ibintu bimwebimwe bigoye gutegera, ivyo abatigishijwe kandi badashikamye bagoramika, nk’uko bagira n’ibindi Vyanditswe+, bikabaviramwo ugutikizwa kwabo bwite.