Abaroma 15:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mugabo ubu ngira nje i Yeruzalemu gukorera aberanda+. 2 Abakorinto 8:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 mu gihe baguma batwinginga bashimitse rwose bibiviriyeko ngo baterwe agateka ko gutanga n’umutima ukunze, vyongeye ngo bagire uruhara mu busuku bugenewe aberanda+. 2 Timoteyo 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Umukama amuhe kugirirwa imbabazi+ imbere ya Yehova kuri wa musi+. Kandi ibikorwa vyose yakoze i Efeso urabizi neza bihagije.
4 mu gihe baguma batwinginga bashimitse rwose bibiviriyeko ngo baterwe agateka ko gutanga n’umutima ukunze, vyongeye ngo bagire uruhara mu busuku bugenewe aberanda+.
18 Umukama amuhe kugirirwa imbabazi+ imbere ya Yehova kuri wa musi+. Kandi ibikorwa vyose yakoze i Efeso urabizi neza bihagije.