Ivyakozwe 11:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Nuko rero abo mu bigishwa, umwe wese nk’uko ashoboye+, biyemeza kurungika imfashanyo yo gutabara+ abavukanyi baba i Yudaya; Ivyakozwe 19:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ivyo birangiye, Paulo yishingira intumbero mu muzirikanyi wiwe yuko amaze guca i Makedoniya+ n’i Akaya, yofata urugendo aja i Yeruzalemu+, avuga ati: “Ninamara gushikayo ntegerezwa no kubona Roma+.” Ivyakozwe 20:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ubu rero, ehe ngiye i Yeruzalemu mboshwe mu mutima+, naho ntazi ibizonshikira muri ico gisagara, Ivyakozwe 24:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko haciye imyaka itari mike ndashika kugira ngo nzanire ihanga ryanje imfashanyo y’aboro, n’amashikanwa+.
29 Nuko rero abo mu bigishwa, umwe wese nk’uko ashoboye+, biyemeza kurungika imfashanyo yo gutabara+ abavukanyi baba i Yudaya;
21 Ivyo birangiye, Paulo yishingira intumbero mu muzirikanyi wiwe yuko amaze guca i Makedoniya+ n’i Akaya, yofata urugendo aja i Yeruzalemu+, avuga ati: “Ninamara gushikayo ntegerezwa no kubona Roma+.”
17 Nuko haciye imyaka itari mike ndashika kugira ngo nzanire ihanga ryanje imfashanyo y’aboro, n’amashikanwa+.