ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 25:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 “‘Kandi mwene wanyu niyacika mworo bigatuma agoyagoya mu vy’ubutunzi iruhande yawe+, utegerezwa rero kumufata mu mugongo+. Ategerezwa kuguma ari muzima kumwe nawe, nka kavamahanga n’inyambukira+.

  • Imigani 3:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Ntureke kugirira iciza abagikwiriye+ kandi ukuboko kwawe kuri n’ububasha bwo kugikora+.

  • Ivyakozwe 24:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Nuko haciye imyaka itari mike ndashika kugira ngo nzanire ihanga ryanje imfashanyo y’aboro, n’amashikanwa+.

  • Abaroma 15:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Kuko ab’i Makedoniya n’i Akaya+ bahimbawe no gusangira ivyabo n’abandi mu gutanga imfashanyo+ y’aboro bo mu beranda i Yeruzalemu.

  • 1 Abakorinto 16:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Nayo ku bijanye n’ukwegeranya intererano+ z’aberanda+, nk’uko nahaye amategeko amashengero y’i Galatiya+, namwe nyene nimugire gutyo.

  • Abagalatiya 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kimwe gusa, twabwirizwa kugumiza aboro ku muzirikanyi+. Ico kintu nyene na jewe narihatiye rwose kugikora+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika