1 Abakorinto 16:1 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nayo ku bijanye n’ukwegeranya intererano+ z’aberanda+, nk’uko nahaye amategeko amashengero y’i Galatiya+, namwe nyene nimugire gutyo. 2 Abakorinto 8:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 mu gihe baguma batwinginga bashimitse rwose bibiviriyeko ngo baterwe agateka ko gutanga n’umutima ukunze, vyongeye ngo bagire uruhara mu busuku bugenewe aberanda+. 2 Abakorinto 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 kuko ubusuku bw’ico gikorwa gikorerwa abantu atari gusa kuronsa cane aberanda ivyo bakeneye+, mugabo ni n’ukuba abatunzi mu gukengurukira Imana kwinshi.
16 Nayo ku bijanye n’ukwegeranya intererano+ z’aberanda+, nk’uko nahaye amategeko amashengero y’i Galatiya+, namwe nyene nimugire gutyo.
4 mu gihe baguma batwinginga bashimitse rwose bibiviriyeko ngo baterwe agateka ko gutanga n’umutima ukunze, vyongeye ngo bagire uruhara mu busuku bugenewe aberanda+.
12 kuko ubusuku bw’ico gikorwa gikorerwa abantu atari gusa kuronsa cane aberanda ivyo bakeneye+, mugabo ni n’ukuba abatunzi mu gukengurukira Imana kwinshi.