ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaheburayo 9:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Iryo hema nyene ni ikigereranyo+ ku bw’igihe cashinzwe ubu cashitse+, kandi hisunzwe ico kigereranyo amashikanwa n’ibimazi birashikanwa+. Ariko ivyo ntibishobora gutuma uwukora igikorwa ceranda aba uwutagira akanenge+ ku vyerekeye ijwi ryiwe ryo mu mutima+,

  • Abaheburayo 13:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ntimutwarwe n’inyigisho zitari zimwe kandi z’ivyaduka+; kuko ari vyiza ko umutima uhabwa ugushikama biciye ku buntu ata wari abukwiriye+, bidaciye ku biribwa+, bimwe ata co vyunguye abavyishinga.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika