ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 4:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Umuherezi aze akoze urutoke rwiwe+ muri nya maraso, maze makeyi kuri yo ayacucagire incuro indwi+ imbere ya Yehova, imbere y’irido y’ahantu heranda.

  • Abaheburayo 9:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Iryo hema nyene ni ikigereranyo+ ku bw’igihe cashinzwe ubu cashitse+, kandi hisunzwe ico kigereranyo amashikanwa n’ibimazi birashikanwa+. Ariko ivyo ntibishobora gutuma uwukora igikorwa ceranda aba uwutagira akanenge+ ku vyerekeye ijwi ryiwe ryo mu mutima+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika