Yesaya 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Ibimazi vyanyu vyinshi bimariye iki?”, ni ko Yehova avuga. “Mpāze amashikanwa aturirwa uko yakabaye+ y’impfizi z’intama+ n’ibinure vy’ibitungwa vyagaburiwe neza+; kandi simpimbarwa+ n’amaraso+ y’ibimasa n’imyagazi y’intama y’amasuguru be n’amasuguru y’impene+. Mika 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mbega Yehova azohimbarwa n’amapfizi y’intama ibihumbi, n’inzuzi z’amavuta ibihumbi mirongo+? Mbega nzotanga umuhungu wanje w’imfura ku bw’umugararizo wanje, icamwa c’inda yanje ku bw’igicumuro canje+?
11 “Ibimazi vyanyu vyinshi bimariye iki?”, ni ko Yehova avuga. “Mpāze amashikanwa aturirwa uko yakabaye+ y’impfizi z’intama+ n’ibinure vy’ibitungwa vyagaburiwe neza+; kandi simpimbarwa+ n’amaraso+ y’ibimasa n’imyagazi y’intama y’amasuguru be n’amasuguru y’impene+.
7 Mbega Yehova azohimbarwa n’amapfizi y’intama ibihumbi, n’inzuzi z’amavuta ibihumbi mirongo+? Mbega nzotanga umuhungu wanje w’imfura ku bw’umugararizo wanje, icamwa c’inda yanje ku bw’igicumuro canje+?