Abaroma 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ivyo mubikore kandi kubera muzi iki kiringo, yuko isaha y’uko mwikangura+ mukava mw’itiro imaze kugera, kuko ubu ubukiriro bwacu buri hafi kuruta igihe twacika abemera+. 2 Petero 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 murorera+ kandi mwamiza hafi ku muzirikanyi ukuhaba kw’umusi wa Yehova+, kubera wo amajuru akazoyagishwa n’ugusha+, n’ibintu bikazoshongeshwa n’ugushuha gukaze!
11 Ivyo mubikore kandi kubera muzi iki kiringo, yuko isaha y’uko mwikangura+ mukava mw’itiro imaze kugera, kuko ubu ubukiriro bwacu buri hafi kuruta igihe twacika abemera+.
12 murorera+ kandi mwamiza hafi ku muzirikanyi ukuhaba kw’umusi wa Yehova+, kubera wo amajuru akazoyagishwa n’ugusha+, n’ibintu bikazoshongeshwa n’ugushuha gukaze!