Yohani 8:56 Bibiliya y’isi nshasha 56 Aburahamu so yaranezererwa cane icizigiro co kubona umusi wanje+, kandi yarawubonye, aranezerwa+.” Abaheburayo 13:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 kuko tudafise ng’aha igisagara kibandanya+, mugabo turiko turonderana ubwira kimwe kizoza+. Ivyahishuwe 21:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mbona kandi ca gisagara ceranda+, Yeruzalemu Nshasha, kimanuka kiva mw’ijuru+ ku Mana, giteguwe nk’umugeni+ asharirijwe umugabo wiwe+.
56 Aburahamu so yaranezererwa cane icizigiro co kubona umusi wanje+, kandi yarawubonye, aranezerwa+.”
2 Mbona kandi ca gisagara ceranda+, Yeruzalemu Nshasha, kimanuka kiva mw’ijuru+ ku Mana, giteguwe nk’umugeni+ asharirijwe umugabo wiwe+.