ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 16:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “Vyongeye, ndabibabwiye: Mwironderere abagenzi+ biciye ku butunzi butagororotse+, kugira ngo nibwahera, bazobakire mu ngo zidahera+.

  • Abaheburayo 11:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuko yari arorereye ca gisagara+ gifise imishinge nyayo, umwubatsi n’umuhinguzi w’ico gisagara akaba ari Imana+.

  • Abaheburayo 12:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Mugabo mwegereye Umusozi Siyoni+ n’igisagara+ c’Imana nzima, Yeruzalemu yo mw’ijuru+, be n’ibihumbi mirongo vy’abamarayika+,

  • Ivyahishuwe 3:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “‘Uwutsinda—⁠nzomugira inkingi+ mu rusengero+ rw’Imana yanje+, kandi ntazogenda yongeye gusohoka ngo aruvemwo, kandi nzomwandikako izina ry’Imana yanje n’izina ry’igisagara c’Imana yanje, ari co Yeruzalemu+ nshasha imanuka iva mw’ijuru ku Mana yanje, be na rya zina ryanje rishasha+.

  • Ivyahishuwe 21:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Mbona kandi ca gisagara ceranda+, Yeruzalemu Nshasha, kimanuka kiva mw’ijuru+ ku Mana, giteguwe nk’umugeni+ asharirijwe umugabo wiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika