Itanguriro 17:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko Aburahamu agwa yubamye maze atangura gutwenga no kuvuga mu mutima wiwe+ ati: “Mbega umuntu w’imyaka ijana azovyara umwana, na Sara, emwe, umugore w’imyaka mirongo icenda, yibaruke+?”
17 Nuko Aburahamu agwa yubamye maze atangura gutwenga no kuvuga mu mutima wiwe+ ati: “Mbega umuntu w’imyaka ijana azovyara umwana, na Sara, emwe, umugore w’imyaka mirongo icenda, yibaruke+?”