Abaheburayo 13:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 kuko tudafise ng’aha igisagara kibandanya+, mugabo turiko turonderana ubwira kimwe kizoza+.