ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abakolosayi 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Mwiyubare: hari aho hogira uwubigarurira+ nk’isahu ryiwe biciye kuri filozofiya+ no ku ruhendo rugaragara+ bishingiye ku migenzo y’abantu, bishingiye ku bintu vy’intango+ vyo mw’isi, bidashingiye kuri Kristu;

  • 1 Timoteyo 6:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ariko abiyemeje kuba abatunzi bagwa mu kigeragezo+ no mu mutego no mu vyipfuzo vyinshi vy’ubupfu kandi bibagirira nabi+, bidwibiza abantu mu gatikizo no mu mahonero+.

  • Abaheburayo 3:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Mwiyubare, bene wacu, kugira ngo ntihigere hatsimbatara mu muntu n’umwe muri mwebwe umutima mubi utizera mu kuva kuri ya Mana nzima+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika