Abaheburayo 7:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kubera ico, arashoboye no gukiza rwose abariko baregera Imana biciye kuri we, kuko yama ari muzima kugira atakambe ku bwabo+. Ivyahishuwe 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ntutinye ibigira bigushikire+. Ehe Shetani*+ azoguma ata mw’ibohero bamwe muri mwebwe kugira ngo mugezwe bimwe bishitse+, no kugira ngo mugire amakuba+ imisi cumi. Erekana ko uri umwizigirwa no gushika ku rupfu+, nanje nzoguha urugori rw’ubuzima+. Ivyahishuwe 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ko wagumije ijambo ryerekeye ukwihangana+ kwanje, nanje nzokurinda+ isaha y’ukugeragezwa, iyibwirizwa kuza kw’isi yose, kugerageza ababa kw’isi+.
25 Kubera ico, arashoboye no gukiza rwose abariko baregera Imana biciye kuri we, kuko yama ari muzima kugira atakambe ku bwabo+.
10 Ntutinye ibigira bigushikire+. Ehe Shetani*+ azoguma ata mw’ibohero bamwe muri mwebwe kugira ngo mugezwe bimwe bishitse+, no kugira ngo mugire amakuba+ imisi cumi. Erekana ko uri umwizigirwa no gushika ku rupfu+, nanje nzoguha urugori rw’ubuzima+.
10 Ko wagumije ijambo ryerekeye ukwihangana+ kwanje, nanje nzokurinda+ isaha y’ukugeragezwa, iyibwirizwa kuza kw’isi yose, kugerageza ababa kw’isi+.