Zaburi 84:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ewe Yehova nyen’ingabo, hahiriwe umuntu akwizigira+. Yakobo 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mugabo ukwihangana nikunonosore igikorwa cakwo, kugira mube abanonosoye+ kandi mutagira agahonzi muri vyose, mudahajije mu kintu na kimwe+.
4 Mugabo ukwihangana nikunonosore igikorwa cakwo, kugira mube abanonosoye+ kandi mutagira agahonzi muri vyose, mudahajije mu kintu na kimwe+.