Zaburi 103:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yehova ni umunyembabazi n’umunyempuhwe+,Ateba gushavura, kandi agwije ubuntu bwuzuye urukundo+. Luka 6:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Mubandanye kuba abanyembabazi, nk’uko na So ari umunyembabazi+.