Luka 22:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 “Ariko ni mwebwe mwumiye+ kuri jewe mu bigeragezo vyanje+; Ivyakozwe 1:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 kuva igihe yabatizwa na Yohani+ gushika ku musi yakirwa mw’ijuru avuye muri twebwe+, umwe muri abo bagabo acika icabona hamwe natwe c’izuka ryiwe+.”
22 kuva igihe yabatizwa na Yohani+ gushika ku musi yakirwa mw’ijuru avuye muri twebwe+, umwe muri abo bagabo acika icabona hamwe natwe c’izuka ryiwe+.”