Abaheburayo 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kukaba nkako, naho mwabwirizwa kuba muri abigisha+ turavye igihe kihaciye, mwongeye gukenera uwubigisha guhera ku ntango ibintu vy’intango+ vy’amajambo meranda y’Imana+; kandi mwacitse abakeneye amata, si ibifungurwa bigumye+.
12 Kukaba nkako, naho mwabwirizwa kuba muri abigisha+ turavye igihe kihaciye, mwongeye gukenera uwubigisha guhera ku ntango ibintu vy’intango+ vy’amajambo meranda y’Imana+; kandi mwacitse abakeneye amata, si ibifungurwa bigumye+.