Yesaya 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 barya bavuga ngo: “Igikorwa ciwe nicihute; nikize ningoga, tukibone; kandi impanuro ya wa Mweranda wa Isirayeli niyegereze ize, tuyimenye+!” Yeremiya 17:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ehe! Hari abambwira ngo: “Ijambo rya Yehova riri hehe+? Ndakwinginze rize.” Ezekiyeli 12:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Mwana w’umuntu, mbega iyi mvugo y’akagani mufise ku butaka bwa Isirayeli ni nyabaki+, ngo: ‘Imisi ibaye myinshi+, kandi ukwerekwa kwose kwazimanganye+’?
19 barya bavuga ngo: “Igikorwa ciwe nicihute; nikize ningoga, tukibone; kandi impanuro ya wa Mweranda wa Isirayeli niyegereze ize, tuyimenye+!”
22 “Mwana w’umuntu, mbega iyi mvugo y’akagani mufise ku butaka bwa Isirayeli ni nyabaki+, ngo: ‘Imisi ibaye myinshi+, kandi ukwerekwa kwose kwazimanganye+’?