Yesaya 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 barya bavuga ngo: “Igikorwa ciwe nicihute; nikize ningoga, tukibone; kandi impanuro ya wa Mweranda wa Isirayeli niyegereze ize, tuyimenye+!” 2 Petero 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 bavuga+ ngo: “Ukwo kuhaba kwiwe kwasezeranywe kuri hehe+? Erega, kuva umusi ba sogokuruza bacu basinzira mu rupfu, ibintu vyose bibandanya neza na neza nko kuva mu ntango y’irema+.”
19 barya bavuga ngo: “Igikorwa ciwe nicihute; nikize ningoga, tukibone; kandi impanuro ya wa Mweranda wa Isirayeli niyegereze ize, tuyimenye+!”
4 bavuga+ ngo: “Ukwo kuhaba kwiwe kwasezeranywe kuri hehe+? Erega, kuva umusi ba sogokuruza bacu basinzira mu rupfu, ibintu vyose bibandanya neza na neza nko kuva mu ntango y’irema+.”