Matayo 24:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 “Mugabo uwo mushumba mubi niyaramuka yibwiye mu mutima wiwe+ ati: ‘Databuja aratevye+,’ Luka 12:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Mugabo hamwe uwo mushumba yokwibwira mu mutima wiwe ati: ‘Databuja aratevye kuza+,’ hanyuma agatangura gukubita abasuku n’abasukukazi, no kurya no kunywa no kuborerwa+,
45 Mugabo hamwe uwo mushumba yokwibwira mu mutima wiwe ati: ‘Databuja aratevye kuza+,’ hanyuma agatangura gukubita abasuku n’abasukukazi, no kurya no kunywa no kuborerwa+,