Matayo 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Muzoba muhiriwe nibabatuka+, bakabahama+ kandi bakababeshera ibintu bibi vy’ubwoko bwose babampora. Yohani 15:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Isi niyabanka, mumenye ko yanyanse imbere y’uko ibanka+. 2 Timoteyo 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nkako, abo bose bipfuza kubaho bihebera Imana bifatanije na Kristu Yezu na bo nyene bazohamwa+.
11 “Muzoba muhiriwe nibabatuka+, bakabahama+ kandi bakababeshera ibintu bibi vy’ubwoko bwose babampora.