ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 10:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Kandi muzokwankwa n’abantu bose kubera izina ryanje+; mugabo uwihanganye gushika kw’iherezo ni we azokizwa+.

  • Luka 19:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Mugabo abanyagihugu bagenziwe bari bamufitiye urwanko+; nuko batuma umugwi w’ababaserukira inyuma yiwe, kuvuga uti: ‘Ntidushaka ko uwo muntu atubera umwami+.’

  • Yohani 17:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Narabahaye ijambo ryawe, mugabo isi yarabanse+, kubera ko atari ab’isi, nk’uko nanje ntari uw’isi+.

  • 1 Yohani 3:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ntimutangazwe, bene wacu, n’uko isi ibanka+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika