Yohani 8:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nuko abandanya kubabwira ati: “Mwebwe muri abo mu turere two hasi; jewe ndi uwo mu turere two hejuru+. Mwebwe muri abo muri iyi si+; jewe sindi uwo muri iyi si+. Yohani 15:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Iyo muba ab’isi, isi yokunze cane icayo+. Ariko kubera ko mutari ab’isi+, mugabo nkaba nabatoye mw’isi, ni co gituma isi ibanka+. Yakobo 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yemwe bagore murenga ibigo+, ntimuzi yuko kugiranira ubugenzi n’isi ari ukwankana n’Imana+? Uwo wese rero ashaka kuba umugenzi+ w’isi aba ariko yigira umwansi w’Imana+.
23 Nuko abandanya kubabwira ati: “Mwebwe muri abo mu turere two hasi; jewe ndi uwo mu turere two hejuru+. Mwebwe muri abo muri iyi si+; jewe sindi uwo muri iyi si+.
19 Iyo muba ab’isi, isi yokunze cane icayo+. Ariko kubera ko mutari ab’isi+, mugabo nkaba nabatoye mw’isi, ni co gituma isi ibanka+.
4 Yemwe bagore murenga ibigo+, ntimuzi yuko kugiranira ubugenzi n’isi ari ukwankana n’Imana+? Uwo wese rero ashaka kuba umugenzi+ w’isi aba ariko yigira umwansi w’Imana+.