Abaheburayo 4:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Twegere+ rero intebe y’ubuntu ata wari abukwiriye dufise umwidegemvyo wo kuvuga+, kugira duhabwe imbabazi twongere turonke ubuntu ata wari abukwiriye kugira dutabarwe ku gihe nyaco+. 1 Yohani 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi uku ni kwo guhera amazinda dufise kuri yo+: ni uko ico dusaba cose twisunze ukugomba kwayo, itwumva+.
16 Twegere+ rero intebe y’ubuntu ata wari abukwiriye dufise umwidegemvyo wo kuvuga+, kugira duhabwe imbabazi twongere turonke ubuntu ata wari abukwiriye kugira dutabarwe ku gihe nyaco+.
14 Kandi uku ni kwo guhera amazinda dufise kuri yo+: ni uko ico dusaba cose twisunze ukugomba kwayo, itwumva+.