Yohani 14:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Yezu amwishura ati: “Nimba umuntu ankunda, azokwubahiriza+ ijambo ryanje, kandi Dawe azomukunda, kandi tuzoza kuri we tubane na we+.
23 Yezu amwishura ati: “Nimba umuntu ankunda, azokwubahiriza+ ijambo ryanje, kandi Dawe azomukunda, kandi tuzoza kuri we tubane na we+.