Tito 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Batura icese yuko bazi Imana+, mugabo bakayihakanisha ibikorwa vyabo+, kubera ko bateye ishishi bakaba n’abagambarazi, bakaba kandi batemewe+ ku bw’igikorwa ciza na kimwe. 1 Yohani 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Uwuvuga ngo: “Naramumenye+,” yamara akaba atubahiriza amabwirizwa yiwe+, ni umubeshi, kandi ukuri ntikuri muri we+.
16 Batura icese yuko bazi Imana+, mugabo bakayihakanisha ibikorwa vyabo+, kubera ko bateye ishishi bakaba n’abagambarazi, bakaba kandi batemewe+ ku bw’igikorwa ciza na kimwe.
4 Uwuvuga ngo: “Naramumenye+,” yamara akaba atubahiriza amabwirizwa yiwe+, ni umubeshi, kandi ukuri ntikuri muri we+.