Yohani 8:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 kandi muzomenya ukuri+, kandi ukuri kuzobagira abidegemvya+.” 1 Yohani 3:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Bana bato, dukundane+, atari mu majambo canke ku karimi+, ahubwo mu bikorwa+ no mu kuri+.