1 Yohani 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ndabandikiye, mwebwe ba se, kuko mwamenye umwe ariho guhera mu ntango+. Ndabandikiye, basore+, kuko mwatsinze wa mubisha+. Ndabandikiye, bana bato+, kuko mwamenye Data+.
13 Ndabandikiye, mwebwe ba se, kuko mwamenye umwe ariho guhera mu ntango+. Ndabandikiye, basore+, kuko mwatsinze wa mubisha+. Ndabandikiye, bana bato+, kuko mwamenye Data+.