2 Samweli 23:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Impwemu ya Yehova ni yo yavuze biciye kuri jewe+,Kandi ijambo ryiwe ryari ku rurimi rwanje+. 2 Timoteyo 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Icanditswe cose cahumetswe n’Imana+ kandi ni ngirakamaro ku kwigisha+, ku gukangīra+, ku kugorora ibintu+, ku gutoza indero+ mu bugororotsi,
16 Icanditswe cose cahumetswe n’Imana+ kandi ni ngirakamaro ku kwigisha+, ku gukangīra+, ku kugorora ibintu+, ku gutoza indero+ mu bugororotsi,